ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 31:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 So yarankinye, ahindura impembo yanje incuro cumi, mugabo Imana ntiyamwemereye kungirira nabi+.

  • Itanguriro 31:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Imana ya dawe+, Imana ya Aburahamu ikaba n’Imana Izahaki+ yatinya*, iyo itaba yarabaye ku ruhande rwanje, ubu wari kuba undungitse iminwe misa. Imana yarabonye uburushwa bwanje n’ubucumukure bw’ibiganza vyanje, ikaba rero yagukangiriye mw’ijoro ryakeye+.”

  • Abalewi 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “‘Ntimukibe+, ntimugahendane+, kandi ntimugakoreshe ikinyoma umwe wese kuri mugenziwe+.

  • Matayo 5:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Ijambo ryanyu Ego niribe Ego, Oya yanyu ibe Oya+; kuko ikirenze kuri ivyo kiva kuri wa mubisha+.

  • 2 Abakorinto 4:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 mugabo twaranse ibintu vyo mu kinyegero biteye isoni+, tutagendana urwenge canke ngo tujoborore ijambo ry’Imana+, ahubwo riho mu gushira ahabona ukuri, turishimagiza kw’ijwi ryo mu mutima ry’umuntu wese imbere y’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika