ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 35:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Nayo abahungu yavyaye kuri Zilupa, umusukukazi wa Leya, bari Gadi na Asheri. Abo ni bo bene Yakobo, abo yavyariye i Padani-aramu.

  • Itanguriro 46:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Bene Asheri+ bari Imuna na Ishiva na Ishivi na Beriya+, hakaba na Sera mushiki wabo.

      Bene Beriya na bo bari Heberi na Malikiyeli+.

  • Itanguriro 49:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “Asheri azokwamukako umukate unuze+, kandi azotanga ibifungurwa binovera vy’umwami+.

  • Gusubira mu vyagezwe 33:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuri Asheri na ho avuga+ ati:

      “Asheri arahezagijwe abana+.

      Nacike uwushimwa na bene wabo+,

      N’uwuvobeka ikirenge ciwe mu mavuta+.

  • Ivyahishuwe 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 mu muryango wa Asheri+, ibihumbi cumi na bibiri;

      mu muryango wa Nafutali+, ibihumbi cumi na bibiri;

      mu muryango wa Manase+, ibihumbi cumi na bibiri;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika