Itanguriro 34:1 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kandi Dina umukobwa wa Leya+, uwo uno yari yaravyariye Yakobo, yari amenyereye gusohoka kuraba+ abakobwa bo muri ico gihugu+.
34 Kandi Dina umukobwa wa Leya+, uwo uno yari yaravyariye Yakobo, yari amenyereye gusohoka kuraba+ abakobwa bo muri ico gihugu+.