Itanguriro 26:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Batuntuza umutima wa Izahaki na Rebeka+. Itanguriro 27:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Inyuma y’ivyo Rebeka aguma abwira Izahaki ati: “Ndamaze kuzinukwa ubu buzima bwanje kubera abakobwa ba Heti+. Yakobo yoramuka arondereye umugore mu bakobwa ba Heti nk’aba, mu bakobwa bo mu gihugu, ubuzima bwoba bumariye iki+?”
46 Inyuma y’ivyo Rebeka aguma abwira Izahaki ati: “Ndamaze kuzinukwa ubu buzima bwanje kubera abakobwa ba Heti+. Yakobo yoramuka arondereye umugore mu bakobwa ba Heti nk’aba, mu bakobwa bo mu gihugu, ubuzima bwoba bumariye iki+?”