1 Samweli 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ubu rero, narumvise yuko ufise abakemuzi. Kandi abungere bawe barabaye kumwe natwe+. Ntitwabasindiye+, kandi nta kintu na kimwe cabo cabuze imisi yose bari i Karumeli. Hoseya 12:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko Yakobo ahungira mu karere ka Siriya+, Isirayeli+ aguma akora ngo aronke umugore+, aragira intama kugira ngo aronke umugore+.
7 Ubu rero, narumvise yuko ufise abakemuzi. Kandi abungere bawe barabaye kumwe natwe+. Ntitwabasindiye+, kandi nta kintu na kimwe cabo cabuze imisi yose bari i Karumeli.
12 Nuko Yakobo ahungira mu karere ka Siriya+, Isirayeli+ aguma akora ngo aronke umugore+, aragira intama kugira ngo aronke umugore+.