Itanguriro 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Niwarima ubutaka, ntibuzoguha umwimbu* wabwo+. Uzocika inyererezi n’impunzi mw’isi+.” Itanguriro 5:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nuko amwita Nowa+, avuga ati: “Uyu azotuzanira uruhoza mu gikorwa cacu no mu bubabare bw’amaboko yacu buterwa n’ubutaka Yehova yavumye+.”
29 Nuko amwita Nowa+, avuga ati: “Uyu azotuzanira uruhoza mu gikorwa cacu no mu bubabare bw’amaboko yacu buterwa n’ubutaka Yehova yavumye+.”