ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 7:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Inyuma y’ivyo, Yehova abwira Nowa ati: “Injira mu bwato, wewe n’urugo rwawe+ rwose, kuko ari wewe nabonye ugororotse imbere yanje muri iri yaruka+.

  • Ezekiyeli 14:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “‘Kandi iyo aba bagabo batatu, Nowa+, Daniyeli+ na Yobu+ baja kuba bari hagati muri co, abo ubwabo bokijije ubuzima bwabo kubera ubugororotsi bwabo+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.”

  • Matayo 24:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Kuko nk’uko imisi ya Nowa+ yari imeze, ni ko n’ukuhaba* kw’Umwana w’umuntu kuzomera+.

  • Abaheburayo 11:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kubera ukwizera, Nowa+ amaze kuburirwa n’Imana ku bintu bitari bwabonwe+, yarerekanye ugutinya Imana arubaka ubwato+ bwo gukiza urugo rwiwe; kandi biciye kuri ukwo kwizera yaratsindishije isi+, aba samuragwa w’ubugororotsi+ bujanye n’ukwizera.

  • 1 Petero 3:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 izari zagambaraye kera+ hamwe ukwihangana kw’Imana+ kwari kurindiriye mu misi ya Nowa, igihe bwa bwato bwariko burubakwa+, ubwo abantu bakeyi, ni ukuvuga abantu umunani, bakirijwemwo biciye mu mazi+.

  • 2 Petero 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 kandi nimba itaretse guhana isi ya kera+, mugabo ikazigama Nowa umwamamaji w’ubugororotsi+ hamwe n’abandi indwi+ igihe yazana umwuzure+ kw’isi y’abantu batibanga Imana;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika