Itanguriro 30:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Maze Labani amubwira ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, . . . . Nabonye ko ibimenyetso bitara ibizoba vyerekana yuko Yehova ariko arampezagira kubera wewe+.” 1 Samweli 18:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuva uwo musi, Sauli yama arabana Dawidi umwikeko+.
27 Maze Labani amubwira ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, . . . . Nabonye ko ibimenyetso bitara ibizoba vyerekana yuko Yehova ariko arampezagira kubera wewe+.”