Itanguriro 31:1 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mu nyuma Yakobo yumva amajambo ya bene Labani ngo: “Yakobo yatwaye ikintu cose cari ica data; kandi ubu butunzi bwose yaburundanije abukuye ku vyari ivya data+.”
31 Mu nyuma Yakobo yumva amajambo ya bene Labani ngo: “Yakobo yatwaye ikintu cose cari ica data; kandi ubu butunzi bwose yaburundanije abukuye ku vyari ivya data+.”