Itanguriro 35:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Amaherezo Yakobo ashika kwa Izahaki se wiwe i Mamure+, i Kiriyati-aruba+, ni ukuvuga Heburoni, aho Aburahamu na Izahaki bari barabaye ari ba kavamahanga+.
27 Amaherezo Yakobo ashika kwa Izahaki se wiwe i Mamure+, i Kiriyati-aruba+, ni ukuvuga Heburoni, aho Aburahamu na Izahaki bari barabaye ari ba kavamahanga+.