ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 11:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Abo bagabo b’inararibonye ba Gileyadi na bo babwira Yefuta bati: “Yehova nabe icabona* hagati yacu+, nitutakugirira nk’uko ijambo ryawe riri+.”

  • 1 Samweli 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ababwira rero ati: “Yehova ni icabona co kubagiriza, kandi uwo yarobanuje amavuta+ ni icabona uyu musi yuko ata kintu na kimwe musanze mu kuboko kwanje+.” Baca bavuga bati: “Ni icabona.”

  • Malaki 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Namwe mwavuze muti: ‘Kubera iki+?’ Ni kubera iyi mvo: Yehova ubwiwe yarashinze intahe hagati yawe n’umugore wo mu buto bwawe+, uwo wahemukiye, naho ari we mugenzi wawe akaba n’umugore w’isezerano ryawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika