Itanguriro 28:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi ehe ndi kumwe nawe; nzokuzigama mu nzira yose uriko ujana nongere ndakugarukane kuri ubu butaka+, kuko ntazoguta, gushika nkoze koko ivyo nakubwiye+.” Zaburi 100:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko Yehova ari mwiza+;Ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ni ubw’igihe kitagira urugero+,Ubwizigirwa bwiwe na bwo, ubw’iyaruka ku rindi+. Mika 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uzotanga kwa kuri kwahabwa Yakobo, bwa buntu bwuzuye urukundo bwahabwa Aburahamu, ivyo warahiye ba sogokuruza bacu kuva mu misi ya kera+.
15 Kandi ehe ndi kumwe nawe; nzokuzigama mu nzira yose uriko ujana nongere ndakugarukane kuri ubu butaka+, kuko ntazoguta, gushika nkoze koko ivyo nakubwiye+.”
5 Kuko Yehova ari mwiza+;Ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ni ubw’igihe kitagira urugero+,Ubwizigirwa bwiwe na bwo, ubw’iyaruka ku rindi+.
20 Uzotanga kwa kuri kwahabwa Yakobo, bwa buntu bwuzuye urukundo bwahabwa Aburahamu, ivyo warahiye ba sogokuruza bacu kuva mu misi ya kera+.