Itanguriro 28:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Yakobo arabandanya avuye i Beyeri-sheba, aguma agenda i Harani+. Itanguriro 30:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Nuko uwo mugabo agenda arushiriza gusagamba, agira imikuku myinshi n’abasukukazi n’abasuku n’ingamiya n’indogobwa+. Itanguriro 32:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Yakobo aratinya cane, agira amaganya+. Agabura rero abantu bari kumwe na we, n’imikuku n’inka n’ingamiya mu makambi abiri+, Zaburi 113:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Akaduza umuntu mutoyi amukuye mu mukungugu+;Ashira hejuru umworo amukuye mu kinogo c’umunyota+,
43 Nuko uwo mugabo agenda arushiriza gusagamba, agira imikuku myinshi n’abasukukazi n’abasuku n’ingamiya n’indogobwa+.
7 Nuko Yakobo aratinya cane, agira amaganya+. Agabura rero abantu bari kumwe na we, n’imikuku n’inka n’ingamiya mu makambi abiri+,