ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 34:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Wiyubare ntuze ugirane isezerano n’ababa mu gihugu ugiyemwo+, ntibizohave biba umutego hagati yawe+.

  • Yosuwa 23:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Mugabo nimwaramuka musubiye inyuma+ mukumira koko ku yasigaye muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe, kandi mukunga koko na yo ubucuti bw’ukwabirana+ mukongera mukinjira muri yo, na yo akinjira muri mwebwe,

  • Ezira 9:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 twongere none turenge amabwirizwa yawe, twunge ubucuti bw’ukwabirana+ n’abantu bakora ibi bintu biteye ishishi+? Mbega ntuzotururumbira ishavu ugaherezako+ ku buryo ata n’umwe azosigara+, ntihagire n’uwucika kw’icumu?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika