Itanguriro 42:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Muheze munzanire umuhererezi wanyu, kugira menye yuko mutari abatasi, mugabo ko mugororotse. Mwene wanyu nzomubasubiza, kandi muzoshobora kugira urudandaza mu gihugu+.’” Luka 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Amaherezo aho agarukiye amaze kwihesha ububasha bwa cami, ategeka ko bamuhamagarira abo bashumba yari yahaye amafeza, kugira ngo amenye ico bari bungutse mu rucuruza+.
34 Muheze munzanire umuhererezi wanyu, kugira menye yuko mutari abatasi, mugabo ko mugororotse. Mwene wanyu nzomubasubiza, kandi muzoshobora kugira urudandaza mu gihugu+.’”
15 “Amaherezo aho agarukiye amaze kwihesha ububasha bwa cami, ategeka ko bamuhamagarira abo bashumba yari yahaye amafeza, kugira ngo amenye ico bari bungutse mu rucuruza+.