Itanguriro 3:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yehova Imana aca amwirukana muri wa murima wa Edeni+ kugira ngo arime ubutaka yari yarakuwemwo+.