Abacamanza 13:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko urubeya ruriko ruraduga mw’ijuru ruvuye ku gicaniro, nya mumarayika wa Yehova aca aduga muri nya rubeya rw’ico gicaniro Manowa n’umugore wiwe bitegereza+. Baca bagwa hasi bubamye+. Luka 24:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Amaso yabo aca arugururwa rwose, maze baramumenya; na we aca arakamangana, ntibaba bakimubona+.
20 Nuko urubeya ruriko ruraduga mw’ijuru ruvuye ku gicaniro, nya mumarayika wa Yehova aca aduga muri nya rubeya rw’ico gicaniro Manowa n’umugore wiwe bitegereza+. Baca bagwa hasi bubamye+.