Itanguriro 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mu nyuma amuvyarira Zimurani na Yokishani na Medani na Midiyani+ na Ishibaki na Shuwa+. Kuvayo 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mu nyuma Farawo yumva ico kintu, aca arondera kwica Musa+; mugabo Musa arahunga+ ava kwa Farawo, aja kuba mu gihugu ca Midiyani+; hanyuma yicara iruhande y’iriba. Guharura 31:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nuhōre+ bene Isirayeli ku Bamidiyani+. Mu nyuma uzohamvya ab’iwanyu+.”
15 Mu nyuma Farawo yumva ico kintu, aca arondera kwica Musa+; mugabo Musa arahunga+ ava kwa Farawo, aja kuba mu gihugu ca Midiyani+; hanyuma yicara iruhande y’iriba.