1 Ngoma 1:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Amaherezo Hushamu arapfa, maze Hadadi+ mwene Bedadi, uwatsindiye Midiyani+ mu karere ka Mowabu, atangura kuganza mu kibanza ciwe. Igisagara ciwe kikaba citwa Aviti+.
46 Amaherezo Hushamu arapfa, maze Hadadi+ mwene Bedadi, uwatsindiye Midiyani+ mu karere ka Mowabu, atangura kuganza mu kibanza ciwe. Igisagara ciwe kikaba citwa Aviti+.