Itanguriro 36:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Hushamu apfuye, Hadadi mwene Bedadi, uwatsindiye Abamidiyani+ mu karere ka Mowabu+, atangura kuganza mu kibanza ciwe, igisagara ciwe kikaba citwa Aviti+.
35 Hushamu apfuye, Hadadi mwene Bedadi, uwatsindiye Abamidiyani+ mu karere ka Mowabu+, atangura kuganza mu kibanza ciwe, igisagara ciwe kikaba citwa Aviti+.