15 Mu nyuma Farawo yumva ico kintu, aca arondera kwica Musa+; mugabo Musa arahunga+ ava kwa Farawo, aja kuba mu gihugu ca Midiyani+; hanyuma yicara iruhande y’iriba.
2 Nuko ukuboko kwa Midiyani kunesha Isirayeli+. Kubera Midiyani, bene Isirayeli bigirira ububiko bwo mu kuzimu bwari mu misozi, n’amasenga be n’ibibanza bigoye gushikamwo+.