Imigani 6:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Azohura n’icago be n’agateterwe+, kandi iceyi ciwe ntikizohanagurika+. Imigani 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Umuntu arahaga ivyiza bivuye ku vyamwa vy’akanwa kiwe+, kandi ico amaboko y’umuntu akora kizomugarukako+. Imigani 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Iyo umubisha yinjiye, agakengerwe na ko nyene gategerezwa kwinjira+; kandi kumwe n’agateterwe+, hari iceyi. Abaroma 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 None icamwa+ mwari mufise ico gihe cari igiki? Vyari ibintu+ ubu bibatera isoni. Kuko iherezo ry’ivyo ari urupfu+. 2 Abakorinto 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 mugabo twaranse ibintu vyo mu kinyegero biteye isoni+, tutagendana urwenge canke ngo tujoborore ijambo ry’Imana+, ahubwo riho mu gushira ahabona ukuri, turishimagiza kw’ijwi ryo mu mutima ry’umuntu wese imbere y’Imana+. Abanyefeso 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kuko ivyo bakorera mu mpisho biteye isoni ku buryo ata n’uwokwubahuka kubicisha mu kanwa+.
14 Umuntu arahaga ivyiza bivuye ku vyamwa vy’akanwa kiwe+, kandi ico amaboko y’umuntu akora kizomugarukako+.
3 Iyo umubisha yinjiye, agakengerwe na ko nyene gategerezwa kwinjira+; kandi kumwe n’agateterwe+, hari iceyi.
21 None icamwa+ mwari mufise ico gihe cari igiki? Vyari ibintu+ ubu bibatera isoni. Kuko iherezo ry’ivyo ari urupfu+.
2 mugabo twaranse ibintu vyo mu kinyegero biteye isoni+, tutagendana urwenge canke ngo tujoborore ijambo ry’Imana+, ahubwo riho mu gushira ahabona ukuri, turishimagiza kw’ijwi ryo mu mutima ry’umuntu wese imbere y’Imana+.