ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 31:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Uwo wese usangana imana zawe, ntabeho+. Imbere ya bene wacu, nusake mu vyo mfise maze uzitorere+.” Mugabo Yakobo ntiyari azi ko Rasheli yari yazivye+.

  • Itanguriro 37:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Hanyuma barungika nya mpuzu ndende y’imirongorongo, bayizanira se, bamubwira bati: “Iki ni co twatoye. Turakwinginze usuzume+ ko yoba ari ya mpuzu ndende y’umuhungu wawe canke ko atari yo+.”

  • Abalewi 19:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “‘Ntimuze murenganye mu guca urubanza. Ntukagire nkunzi mu kuntu ufata umuntu mutoyi+, kandi ntugahengamire ku wuhambaye+. Mugenzawe ukwiye kumucira urubanza mu butungane.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika