Itanguriro 30:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Maze Labani amubwira ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, . . . . Nabonye ko ibimenyetso bitara ibizoba vyerekana yuko Yehova ariko arampezagira kubera wewe+.” Gusubira mu vyagezwe 28:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Uzohezagirwa mu gisagara+, uhezagirwe no mu mitumba+. 2 Samweli 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Iyo sandugu ya Yehova ibandanya kuba mu nzu ya Obedi-edomu Umugiti amezi atatu; kandi Yehova yaguma ahezagira+ Obedi-edomu n’urugo rwiwe rwose+.
27 Maze Labani amubwira ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, . . . . Nabonye ko ibimenyetso bitara ibizoba vyerekana yuko Yehova ariko arampezagira kubera wewe+.”
11 Iyo sandugu ya Yehova ibandanya kuba mu nzu ya Obedi-edomu Umugiti amezi atatu; kandi Yehova yaguma ahezagira+ Obedi-edomu n’urugo rwiwe rwose+.