Imigani 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mwananje, abacumuzi nibakuryosharyosha, ntiwemere+. Imigani 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 None ga mwananje, kubera iki wotwarwa ubwenge n’umugore w’igihumbu* canke ukagumbira igikiriza c’umugore w’umunyamahangakazi+? Imigani 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Rera umwana wisunze inzira imubereye+; mbere n’igihe azosaza ntazokevya ngo ayivemwo+.
20 None ga mwananje, kubera iki wotwarwa ubwenge n’umugore w’igihumbu* canke ukagumbira igikiriza c’umugore w’umunyamahangakazi+?