Imigani 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 ngo bigukize umugore w’igihumbu*, umugore w’umunyamahangakazi+ yagize amajambo yiwe ayasosa+, Imigani 7:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Bukwi na bukwi, ng’uyo aramukurikiye+, nk’ishūri igiye gukererwa, nk’igipfu kiboheshejwe amapingu ngo gitozwe indero, Imigani 22:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Akanwa k’abagore b’ibihumbu* ni icobo kirekire+. Uwo Yehova arungitseko imisibo azokigwamwo+. Imigani 23:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko umumaraya ari icobo kirekire+, kandi umugore w’umunyamahangakazi ni iriba ryaga.
22 Bukwi na bukwi, ng’uyo aramukurikiye+, nk’ishūri igiye gukererwa, nk’igipfu kiboheshejwe amapingu ngo gitozwe indero,