Itanguriro 39:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaherezo arekera ikintu ciwe cose mu kuboko kwa Yozefu+; kandi nta co yinona na gato ku vyiwe kiretse umukate yarya. Vyongeye, Yozefu aba mwiza ku mubiri, aba na mwiza mu kuntu asa.
6 Amaherezo arekera ikintu ciwe cose mu kuboko kwa Yozefu+; kandi nta co yinona na gato ku vyiwe kiretse umukate yarya. Vyongeye, Yozefu aba mwiza ku mubiri, aba na mwiza mu kuntu asa.