Itanguriro 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko havyuka imitongano hagati y’abungere b’ibitungwa vya Aburamu n’abungere b’ibitungwa vya Loti; kandi ico gihe Umunyakanani n’Umuperizi baba muri ico gihugu+. Gusubira mu vyagezwe 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abagore banyu n’abana banyu batoyi n’ibitungwa vyanyu gusa (ndazi neza ko mufise ibitungwa vyinshi) ni vyo bizoguma biba mu bisagara vyanyu nabahaye+,
7 Nuko havyuka imitongano hagati y’abungere b’ibitungwa vya Aburamu n’abungere b’ibitungwa vya Loti; kandi ico gihe Umunyakanani n’Umuperizi baba muri ico gihugu+.
19 Abagore banyu n’abana banyu batoyi n’ibitungwa vyanyu gusa (ndazi neza ko mufise ibitungwa vyinshi) ni vyo bizoguma biba mu bisagara vyanyu nabahaye+,