Daniyeli 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Uwo mwanya abaherezi b’abanyamageza, abahamagara imizimu, Abakaludaya+ n’abaragurira ku nyenyeri+ barinjira; hanyuma mvugira imbere yabo nya ndoto, mugabo ntibamenyesha insobanuro yayo+.
7 “Uwo mwanya abaherezi b’abanyamageza, abahamagara imizimu, Abakaludaya+ n’abaragurira ku nyenyeri+ barinjira; hanyuma mvugira imbere yabo nya ndoto, mugabo ntibamenyesha insobanuro yayo+.