Daniyeli 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo ikintu umwami ariko arasaba kiragoye, kandi nta wundi muntu n’umwe ariho ashobora kucerekana imbere y’umwami kiretse za mana+, na zo zikaba zitabana namba n’igifise umubiri+.”
11 Mugabo ikintu umwami ariko arasaba kiragoye, kandi nta wundi muntu n’umwe ariho ashobora kucerekana imbere y’umwami kiretse za mana+, na zo zikaba zitabana namba n’igifise umubiri+.”