ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 47:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Wārāmbiwe n’abajanama indiri bawe. Nibahaguruke rero bagukize, bamwe basenga amajuru, bamwe bitegereza inyenyeri+, bamwe batanga ubumenyi igihe c’imboneko z’ukwezi ku vyerekeye ibizokuzako.

  • Daniyeli 2:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Daniyeli arishura imbere y’umwami, ati: “Ibanga umwami abaza, inkerebutsi, abahamagara imizimu, abaherezi b’abanyamageza n’abaragurira ku nyenyeri, ntibashobora kuryereka umwami+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika