ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 98:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Yehova yamenyesheje ubukiriro bwiwe+;

      Yahishuye ubugororotsi bwiwe mu maso y’amahanga+.

  • Yesaya 41:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “Nimuzane ibintu bizoba, mubitubwire. Ivya mbere muvuge ivyo ari vyo, kugira ngo tubishireko umutima kandi tumenye kazoza kavyo. Canke nimutwumvishe ibiriko biraza+.

  • Daniyeli 2:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Ariko mu majuru hariho Imana ihishura amabanga+, kandi yamenyesheje Umwami Nebukadinezari ibibwirizwa kuba mu kiringo ca nyuma c’imisi+. Indoto yawe be n’ivyo weretswe mu mutwe wawe uri ku gitanda cawe, ng’ibi:

  • Amosi 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko Umukama Segaba Yehova ata co azokora adahishuriye akabanga kiwe abasavyi biwe b’abahanuzi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika