Yesaya 42:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Ivya mbere—ng’ivyo vyaje+, mugabo ndiko menyesha ibishasha. Imbere y’uko biseruka, ndabibumvisha+.” Yesaya 46:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’; Yesaya 48:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 nagumye rero nguhishurira kuva ico gihe. Imbere y’uko bishika, narabikwumvishije+, kugira ntuvuge ngo: ‘Ikigirwamana canje ni co cabikoze, kandi igishusho c’ikibazano canje be n’igishusho canje c’icuma gishongeshejwe ni vyo vyabitegetse+.’
9 “Ivya mbere—ng’ivyo vyaje+, mugabo ndiko menyesha ibishasha. Imbere y’uko biseruka, ndabibumvisha+.”
10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’;
5 nagumye rero nguhishurira kuva ico gihe. Imbere y’uko bishika, narabikwumvishije+, kugira ntuvuge ngo: ‘Ikigirwamana canje ni co cabikoze, kandi igishusho c’ikibazano canje be n’igishusho canje c’icuma gishongeshejwe ni vyo vyabitegetse+.’