Itanguriro 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 nzogukuramwo ihanga rikomeye, kandi nzoguhezagira, kandi izina ryawe nzorigira irihambaye; nuko nube umuhezagiro+. Itanguriro 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo ihanga bazokorera nzoricira urubanza+, kandi inyuma y’ivyo bazosohoka bafise ibintu vyinshi+. Yosuwa 21:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Nta muhango n’umwe utashitse mu mihango myiza yose Yehova yari yarahaye inzu ya Isirayeli; yose yararangutse+. 1 Abami 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hanyuma avuga ati: “Arahezagiwe Yehova+ Imana ya Isirayeli, we yavuganye na Dawidi+ dawe akoresheje akanwa kiwe, kandi agashitsa+ n’ukuboko kwiwe, mu kuvuga ati:
2 nzogukuramwo ihanga rikomeye, kandi nzoguhezagira, kandi izina ryawe nzorigira irihambaye; nuko nube umuhezagiro+.
14 Mugabo ihanga bazokorera nzoricira urubanza+, kandi inyuma y’ivyo bazosohoka bafise ibintu vyinshi+.
45 Nta muhango n’umwe utashitse mu mihango myiza yose Yehova yari yarahaye inzu ya Isirayeli; yose yararangutse+.
15 Hanyuma avuga ati: “Arahezagiwe Yehova+ Imana ya Isirayeli, we yavuganye na Dawidi+ dawe akoresheje akanwa kiwe, kandi agashitsa+ n’ukuboko kwiwe, mu kuvuga ati: