ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 44:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Umwe atuma ijambo ry’umusavyi wiwe riranguka, n’Umwe ashitsa neza impanuro y’intumwa ziwe+; Umwe avuga kuri Yeruzalemu ati: ‘Abantu bazohaba+,’ ku bisagara vya Yuda na vyo ati: ‘Bizosubira kwubakwa+, n’ibibanza vyaho vyacitse umusaka nzobivyura+’;

  • Yesaya 55:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+.

  • Tito 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 hishimikijwe icizigiro c’ubuzima budahera+, ubwo Imana idashobora kubesha+ yasezeranye imbere y’ibihe vya kera cane+,

  • Abaheburayo 6:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 kugira ngo biciye ku bintu bibiri bidahinduka muri vyo bikaba bidashoboka ko Imana ibesha+, twebwe abahungiye muri bwa buhungiro turonke indemesho ikomeye kugira ducakire ca cizigiro+ twashizwe imbere.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika