Itanguriro 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Seti na we abaho imyaka ijana n’itanu. Maze avyara Enoshi+. Luka 3:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kayinani mwene Enoshi+,Enoshi mwene Seti+,Seti mwene Adamu+,Adamu umwana w’Imana.