Itanguriro 4:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kuri Seti na ho nyene havuka umuhungu maze amwita Enoshi+. Ico gihe hatangura ivy’ukwambaza izina rya Yehova*+. Luka 3:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kayinani mwene Enoshi+,Enoshi mwene Seti+,Seti mwene Adamu+,Adamu umwana w’Imana.
26 Kuri Seti na ho nyene havuka umuhungu maze amwita Enoshi+. Ico gihe hatangura ivy’ukwambaza izina rya Yehova*+.