-
Itanguriro 5:7Bibiliya y’isi nshasha
-
-
7 Seti amaze kuvyara Enoshi, abandanya kubaho imyaka amajana umunani n’indwi. Muri ico gihe avyara abahungu n’abakobwa.
-
-
Itanguriro 5:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 Enoshi amaze kuvyara Kenani, abandanya kubaho imyaka amajana umunani na cumi n’itanu. Muri ico gihe avyara abahungu n’abakobwa.
-