Itanguriro 29:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Yongera kwibungenga, hanyuma avyara umuhungu, maze avuga ati: “Ubu nzohaya Yehova.” Ku bw’ivyo amwita Yuda+. Inyuma y’aho areka kwibaruka.
35 Yongera kwibungenga, hanyuma avyara umuhungu, maze avuga ati: “Ubu nzohaya Yehova.” Ku bw’ivyo amwita Yuda+. Inyuma y’aho areka kwibaruka.