ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 22:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nimba na ho mwene wanyu atari hafi yawe kandi ukaba utamumenye, utegerezwa rero kuyijana i muhira iwawe mu nzu yawe, ikaguma iwawe gushika mwene wanyu ayirondeye. Nawe utegerezwa kuyimusubiza+.

  • Ivyakozwe 20:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Nta feza canke inzahabu canke ivyambarwa vy’umuntu n’umwe nagiriye umwina+.

  • Abaroma 13:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ntihagire uwo mugirira umwenda w’ikintu na kimwe+, atari ugukundana+; kuko uwukunda mugenziwe aba ashikije itegeko+.

  • Abaheburayo 13:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Uburyo bwanyu bwo kubaho ntibubemwo urukundo rw’amahera+, mu gihe mubumbwa+ n’ibintu vy’iki gihe+. Kuko yavuze iti: “Sinzogenda ngutaye, eka sinzogenda nguhevye+.”

  • 1 Petero 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mugumane ingeso nziza mu mahanga+, kugira ngo mu kintu babavugamwo nabi nk’inkozi z’ibibi, bivuye ku bikorwa vyanyu vyiza+ bibonera, baninahaze Imana ku musi w’igendura ryayo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika