Umusiguzi 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Vyongeye, umuntu wese Imana y’ukuri yahaye ubutunzi be n’amatungo+, yamuhaye n’ububasha bwo kubiryako+ no kujana umugabane wiwe no kunezererwa igikorwa ciwe c’ubutame+. Iyo ni yo ngabirano y’Imana+. Ivyakozwe 17:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 eka mbere ntikorerwa n’amaboko y’abantu nk’aho yoba igira ico ikenera+, kuko ubwayo ari yo iha abantu bose ubuzima+ n’impemu+ n’ibintu vyose.
19 Vyongeye, umuntu wese Imana y’ukuri yahaye ubutunzi be n’amatungo+, yamuhaye n’ububasha bwo kubiryako+ no kujana umugabane wiwe no kunezererwa igikorwa ciwe c’ubutame+. Iyo ni yo ngabirano y’Imana+.
25 eka mbere ntikorerwa n’amaboko y’abantu nk’aho yoba igira ico ikenera+, kuko ubwayo ari yo iha abantu bose ubuzima+ n’impemu+ n’ibintu vyose.