Itanguriro 31:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Imana yaguma rero itwara ubusho bwa so ikabumpa+. Gusubira mu vyagezwe 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 n’amazu yuzuye ibintu vyiza vyose atari wewe wujuje, n’amatangi akorogoshowe utakorogoshoye, imirima y’imizabibu n’ibiti vy’imyelayo utateye, ukamara kurya ugahaga+, 1 Abami 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mbere n’ivyo utasavye nzobiguha+, ubutunzi+ n’ubuninahazwa, ku buryo mu bami hatazoboneka n’umwe ameze nkawe, mu misi yawe yose+. Yobu 42:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nayo Yehova ahezagira+ iherezo rya Yobu mu nyuma kuruta intango yiwe+, ku buryo agira intama ibihumbi cumi na bine, n’ingamiya ibihumbi bitandatu, n’inka ibihumbi bibiri zifatanijwe ari zibirizibiri, be n’indogobwa igihumbi z’ingore. 1 Timoteyo 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Tegeka abatunzi+ bo muri iki gihe* kutihambaza+, no kudashingira icizigiro cabo ku butunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bagishingire ku Mana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose kugira ngo tubinezererwe+;
11 n’amazu yuzuye ibintu vyiza vyose atari wewe wujuje, n’amatangi akorogoshowe utakorogoshoye, imirima y’imizabibu n’ibiti vy’imyelayo utateye, ukamara kurya ugahaga+,
13 Mbere n’ivyo utasavye nzobiguha+, ubutunzi+ n’ubuninahazwa, ku buryo mu bami hatazoboneka n’umwe ameze nkawe, mu misi yawe yose+.
12 Nayo Yehova ahezagira+ iherezo rya Yobu mu nyuma kuruta intango yiwe+, ku buryo agira intama ibihumbi cumi na bine, n’ingamiya ibihumbi bitandatu, n’inka ibihumbi bibiri zifatanijwe ari zibirizibiri, be n’indogobwa igihumbi z’ingore.
17 Tegeka abatunzi+ bo muri iki gihe* kutihambaza+, no kudashingira icizigiro cabo ku butunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bagishingire ku Mana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose kugira ngo tubinezererwe+;