2 Samweli 3:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nuko abantu bose barabibona, maze biba vyiza mu maso yabo. Nk’uko vyari ku kintu cose umwami yakora, ivyo biba vyiza mu maso y’abantu bose+. Esiteri 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko ico kintu kiba igihimbaye mu maso y’umwami+ n’abaganwa, maze umwami akora nk’uko Memukani avuze.
36 Nuko abantu bose barabibona, maze biba vyiza mu maso yabo. Nk’uko vyari ku kintu cose umwami yakora, ivyo biba vyiza mu maso y’abantu bose+.
21 Nuko ico kintu kiba igihimbaye mu maso y’umwami+ n’abaganwa, maze umwami akora nk’uko Memukani avuze.