Itanguriro 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Aburahamu avyuka kare mu gitondo, afata umukate n’umukuza w’urushato w’amazi abiha Hagari+ mu kubishira ku rutugu rwiwe, amuha na nya mwana+, araheza aramurungika. Nuko Hagari aragenda, ayerera mu gahinga ka Beyeri-sheba+. Itanguriro 42:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Hanyuma Yozefu atanga itegeko, maze buzuza intete ivyo batekeramwo. Bategerezwa kandi gusubiza amahera ya nya bantu mu mupfuko w’umwumwe wese ukwiwe+, no kubaha impamba y’urugendo+. Babagirira kuno.
14 Aburahamu avyuka kare mu gitondo, afata umukate n’umukuza w’urushato w’amazi abiha Hagari+ mu kubishira ku rutugu rwiwe, amuha na nya mwana+, araheza aramurungika. Nuko Hagari aragenda, ayerera mu gahinga ka Beyeri-sheba+.
25 Hanyuma Yozefu atanga itegeko, maze buzuza intete ivyo batekeramwo. Bategerezwa kandi gusubiza amahera ya nya bantu mu mupfuko w’umwumwe wese ukwiwe+, no kubaha impamba y’urugendo+. Babagirira kuno.