Itanguriro 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze untegurire imfungurwa zinovera, nka zimwe nkunda cane, uheze uzinzanire, hanyuma, aaa, ndye, kugira ndaguhezagire imbere y’uko mpfa+.” Itanguriro 28:1 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ku bw’ivyo rero Izahaki ahamagara Yakobo, aramuhezagira hanyuma amutegeka ati: “Ntuze wabire umugore mu bakobwa b’i Kanani+. Gusubira mu vyagezwe 33:1 Bibiliya y’isi nshasha 33 Uyu rero ni wo muhezagiro+ Musa wa muntu w’Imana y’ukuri+ yahezagije bene Isirayeli imbere y’uko apfa. Abaheburayo 11:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kubera ukwizera, Yakobo, igihe yagira apfe+, yarahezagiye umwe wese mu bahungu ba Yozefu+ yongera arasenga yishimikije umutwe w’inkoni yiwe+.
4 Maze untegurire imfungurwa zinovera, nka zimwe nkunda cane, uheze uzinzanire, hanyuma, aaa, ndye, kugira ndaguhezagire imbere y’uko mpfa+.”
28 Ku bw’ivyo rero Izahaki ahamagara Yakobo, aramuhezagira hanyuma amutegeka ati: “Ntuze wabire umugore mu bakobwa b’i Kanani+.
33 Uyu rero ni wo muhezagiro+ Musa wa muntu w’Imana y’ukuri+ yahezagije bene Isirayeli imbere y’uko apfa.
21 Kubera ukwizera, Yakobo, igihe yagira apfe+, yarahezagiye umwe wese mu bahungu ba Yozefu+ yongera arasenga yishimikije umutwe w’inkoni yiwe+.