Itanguriro 48:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko abandanya kubahezagira kuri uwo musi+ ati: “Biciye kuri wewe, Isirayeli nahezagire yisubiriza ati:‘Imana ikugire nka Efurayimu yongere ikugire nka Manase+.’” Gutyo aguma ashira Efurayimu imbere ya Manase+.
20 Nuko abandanya kubahezagira kuri uwo musi+ ati: “Biciye kuri wewe, Isirayeli nahezagire yisubiriza ati:‘Imana ikugire nka Efurayimu yongere ikugire nka Manase+.’” Gutyo aguma ashira Efurayimu imbere ya Manase+.