Itanguriro 28:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi ehe Yehova yari hejuru yayo, maze atangura kuvuga+ ati: “Ndi Yehova Imana ya Aburahamu so wawe n’Imana ya Izahaki+. Igihugu uryamyeko ngiye kugiha wewe n’uruvyaro rwawe+. Zaburi 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yehova ni Umwungere wanje+.Nta co nzobura+. 1 Petero 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kuko mwari nk’intama, muriko murazimira+; ariko ubu mwaragarutse kuri wa mwungere+ akaba n’umucungezi w’ubuzima bwanyu.
13 Kandi ehe Yehova yari hejuru yayo, maze atangura kuvuga+ ati: “Ndi Yehova Imana ya Aburahamu so wawe n’Imana ya Izahaki+. Igihugu uryamyeko ngiye kugiha wewe n’uruvyaro rwawe+.
25 Kuko mwari nk’intama, muriko murazimira+; ariko ubu mwaragarutse kuri wa mwungere+ akaba n’umucungezi w’ubuzima bwanyu.