Itanguriro 28:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi ehe ndi kumwe nawe; nzokuzigama mu nzira yose uriko ujana nongere ndakugarukane kuri ubu butaka+, kuko ntazoguta, gushika nkoze koko ivyo nakubwiye+.” Itanguriro 31:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze umumarayika w’Imana y’ukuri ambwira muri iyo ndoto ati: ‘Yakobo!’ Nanje nti: ‘Ndi hano+.’ Kuvayo 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mu buntu bwuzuye urukundo bwawe, wayoboye abantu wahabuje+;Mu nkomezi zawe, uzobarongōra koko ahantu heranda hawe uba+. Yobu 19:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi jewe ndazi neza ko umucunguzi wanje+ ari muzima,Kandi ko niyaza mu nyuma zanje azohagarara+ ku mukungugu. Zaburi 34:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umumarayika wa Yehova akambitse irya n’ino y’abatinya Imana+,Kandi arabakiza+.
15 Kandi ehe ndi kumwe nawe; nzokuzigama mu nzira yose uriko ujana nongere ndakugarukane kuri ubu butaka+, kuko ntazoguta, gushika nkoze koko ivyo nakubwiye+.”
13 Mu buntu bwuzuye urukundo bwawe, wayoboye abantu wahabuje+;Mu nkomezi zawe, uzobarongōra koko ahantu heranda hawe uba+.
25 Kandi jewe ndazi neza ko umucunguzi wanje+ ari muzima,Kandi ko niyaza mu nyuma zanje azohagarara+ ku mukungugu.