ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 33:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kuri Dani na ho avuga+ ati:

      “Dani ni icana c’intambwe+.

      Azosimba avuye i Bashani+.”

  • Abacamanza 14:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nuko impwemu ya Yehova ikorera kuri we+, amanuka i Ashikeloni+, yica muri bo abagabo mirongo itatu, maze atora ivyo yabambuye araheza aha nya myambaro bene gusobanura nya gapfindo+. Ishavu ryiwe ribandanya kururumba, maze araduga aja ku nzu ya se.

  • Abacamanza 15:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko abona umubangabanga w’indogobwa y’ingabo utaruma, atuma ukuboko arawutora, awicisha abagabo igihumbi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika