Itanguriro 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuri uwo musi nyene Nowa arinjira mu bwato, yinjirana na Shemu na Hamu na Yafeti abahungu biwe+, n’umugore wiwe n’abagore batatu b’abahungu biwe+; Yesaya 26:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Genda, wa gisata canje, winjire mu vyumba vyawe, wugare imiryango yawe inyuma yawe+. Niwinyegeze akanya gatoyi gusa gushika imisibo irenganye+.
13 Kuri uwo musi nyene Nowa arinjira mu bwato, yinjirana na Shemu na Hamu na Yafeti abahungu biwe+, n’umugore wiwe n’abagore batatu b’abahungu biwe+;
20 “Genda, wa gisata canje, winjire mu vyumba vyawe, wugare imiryango yawe inyuma yawe+. Niwinyegeze akanya gatoyi gusa gushika imisibo irenganye+.